Preeze 36 - Ndamu Neglija - Video
PUBLISHED:  Nov 24, 2017
DESCRIPTION:
Ndamu Neglija Lyrics by Preeze 36

Intro
Yeah Yeah 1-2 1-2 (No Check)
I dont think they know but they should by Now ,you already know what the time it is (SoulSeller) #Trrr

Chorus
Ntukangwe nuko ameze ubu
Ubuzima buhinduka nk'urubugu
Nivyo kera yamfata nkumubono
Ariko ubu nije mfise umukono

Enhh hen ubu ndamu negligea
Inoti nazo mfise ubu nakaja
Enhh hen ubu ndamu negligea
Ivyi si ntawumenya iyo bija

Verse 1

Ndibuka tukicigana ku ntebe yi shure
Buri St valentin namugurira agashurwe
See the love I had for her I was so crazy
Kumbe umwana yari i mbiré (pfu) ntavyo Amapenzi
Hey muko nagira nkuramutse (ndi busy)
Mpa iyo chance basi tuvugane (ndi busy)
Basi Can I get number,ill call you after,dufate dinner

But
Damn she s a hoe
Every know
Aja aho bihiye,ntaco bimubwiye
Yooo
Shes a gold digger digger
Gold digger nigger
Better run nigger nigger
Run nigger nigger
Atagusesaguza ,ngutangure kwicuza , care zawe

Agushira muri friendzone (So easy)
Naho u crea ama home alone (you digg)
Ataca ufise ntaco ubaza
Ifaranga nibwo bubasha
Ku mwana ushaka

Chorus
Ntukangwe nuko ameze ubu
Ubuzima buhinduka nk'urubugu
Nivyo kera yamfata nkumubono
Ariko ubu nije mfise umukono

Enhh hen ubu ndamu negligea
Inoti nazo mfise ubu nakaja
Enhh hen ubu ndamu negligea
Ivyi si ntawumenya iyo bija

Verse 2

System ni Kurutsinga
JigyJigy mukabare nibwo buhinga
Umusohokanye umhhh bisaba kurinda
Maze nemeze aba nigga bahora bapinga

Shot after shot ntavyurufuro
Akunda wisky cank Kafulo
Ntumwereke ingondo Yishakira ATM
Imubere MakeUp Ngo avuge Cherie je t'aime

When you Slide in the DM,ntanakwishura
Kugara nivyo vyiwe mbese wanakwibura

Odeur y'ifaranga niyo imukangura
Utagoswe ukaba sharp bigaca bitangura

Oh oh shit Oh shit shit Nukubabwiza ukuri
Mbega mwigira ibiki
Bamwe bakitwaza i dini
Mukutu banira (Halelujah)

Ubu inoti nararonse ni nk'urubura
Iyo Duhuye ubu nije
Ndamusuzugura (EEZE)

Chorus
Ntukangwe nuko ameze ubu
Ubuzima buhinduka nk'urubugu
Nivyo kera yamfata nkumubono
Ariko ubu nije mfise umukono

Enhh hen ubu ndamu negligea
Inoti nazo mfise ubu nakaja
Enhh hen ubu ndamu negligea
Ivyi si ntawumenya iyo bija

Outro
Hahaa I think now thet got me
Nza mu gipfungu abana banyita Mr Tsunami,Reka Kumbanira please impa ako ga Pun*n*

This song was written by Preeze 36 Recorded and orderly in Six Raid Rec
Copyright Preeze 36 / 2017

Stream & Download 👇
https://itunes.apple.com/ca/artist/preeze-36/1218369398
Get the song here https://backl.ink/99879146

Follow Preeze 36: http://Instagram.com/preeze36_agram
http://Facebook.com/Preeze36
http://Twitter.com/Preeze_36one
follow us on Twitter      Contact      Privacy Policy      Terms of Service
Copyright © BANDMINE // All Right Reserved
Return to top